ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Malia Obama Umukobwa mukuru wa Barack Obama Perezida yigeze kuyobora leta zunze ubumwe z’ amerika barikumwe n' u mukunzi wiwe Rory Farquharson avuka mu bwongereza barafotowe bariko barinwera agatabi kwi barabara

by Hervé Girimana 12 August. 2018 @icapaltd 830 Views


4ee286a100000578-6032759-they_were_later_seen_walking_down_a_london_street_both_puffing_a-m-28_1533593509717-56e2f-1.jpg
ADVERTISEMENT


Malia Obama mu bisanzwe ni umukobwa afise vyinshi akunzwe kuvugwako na benshi harimwo ibimenyeshamakuru bitandukanye mu gihe biboneka cane ko hari na bamukurikirana buri musi bafatiye cane ku myitwarire yiwe aho benshi bavuga ko itandukanye cane ni ya benshi, Malia Obama ni umukobwa akiri muto cane aranzwe nutubiri twose vyerekana hafi na masanamu y' Abavyeyi bamwibarutse "utubiri dukunzwe kwirukirwa cane na Basore


Mugihe ikiruhuko muri America arivyo abanyeshuri bamazemwo imisi, Malia Obama wewe yafashe indege aja mu Bwongereza kuramutsa umukunzi wiwe harimwo no gusangira ibihe vyiza bishimane

Ivyo gukundana nuyu musore ahagurutse nu bwiza budasanzwe vyatanguriye muri kaminuza Izwi cane Hazard mu mwaka uheze aho ivyo gukundana hagati yabo vyatanguriye

Ibimenyeshamakuru kw' isi nkuko vyagiye bitanga cane aya makuru na mafoto avyerekana, uyu Mukobwa arikumwe n' uyu muhungu barafotowe bari muramwe mu ma Barabara agize umuji wi Londres bariko baratumura itabi ahandi bariko barasomana ikimenyetso abakundana bakoresha mu kwishimisha

Malia Obama si rimwe akunzwe gufotorwa ariko arakora utuntu tudasanzwe, ubuho ku mubonana itabi nuyu musore bitangaza benshi bakibaza impamvu yoba abikora ko ariyo ndero yoba yarahawe na bavyeyi biwe mbere ababonye hafi ivyo barimwo nuyu musore bavuga ko Malia Obama kino gihe ashobora kuba Arumwe mu bakoresha Ibiyayuramutwe bikomenye



Aha ni mu ma Barabara aho benshi bafatira Gari ya Moshi, Malia Obama nu Mukunzi wiwe bobo nivyo bibanza biborohera mu gusomana bishimanye

Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]