ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Tugiye ku bayagira ibitari bike bimaze gukorwa na Agence Umuderi harimwo nivyaranze igiteramo bakoze bise AF Event (Amafoto)

by Hervé Girimana 24 August. 2018 @icapaltd 134 Views


36486288_677208405959034_1564560808162099200_n.jpg
ADVERTISEMENT


Mu Gihe kw' isi yose kwerekana Imideri bibandanya bitera imbere, Uburundi nabwo nyene ntibusizwe na majambere nkuko binaboneka cane ko bihagurukiwe bidasanzwe muriyi myaka Turimwo

Kwerekana Imideri mu Gihugu c' Uburundi birahamaze igihe aho bibandanya bitera intambwe umusi kuyundi, nubwo Ababikora bamwe bamwe bavugako hakiri utugorane tumwe na tumwe n' inzitizi muri kino gikorwa, kubikora vyo hari ababibandanya kubikora

Ibibazo bikunze kumvikanamwo cane harimwo ibijanye nuko iki gikorwa ku butaka  bw' Uburundi kitinjiza Amafaranga haba ari mu biteramo nahandi, ikindi dukunze kumva harimwo ko nabatanguza ibi bikorwa ari nka ma Club, Ama Agence  usanga ata Buryo bushemeye bafise n' Ubuhinga budahagije.



Uyu Musi twashimye kubaganirira kuri Agence Umuderi, bamwe mubariko barakora cane ibi bikorwa ku Butaka Bw' Uburundi, tubereke na  bimwe  mu bikorwa bamaze kurangura.

Agence Umuderi ni Agence ihuriyemwo Urwaruka rutandukanye, ikibahurije hamwe ni kumurika Imideri no kwiyerekana harimwo no kuvyigishwa mbere umwe wese ari muriyi Agence aba yigenga (Independante)

Ibikorwa vy' iyi Agence vyatanguye muri Ruheshi 2017 aho Urwaruka rutari ruke gwagiye hamwe bashira ivyiyumviro hamwe umwe wese bivanye nuko abishoboye  basanga  bafise ikibanza  kidasanzwe muribi vyo kwiyerekana no kwerekana Imideri bibafasha kwitunganya neza na mwanya ibi berekana harimwo ababirimwo basanzwe bari muriki gikorwa nkabakunze no kwiyerekana mu gikorwa kidasanzwe gikunze kubera  i Bujumbura bise Shaza Fashion Week, harimwo no kumenyekanisha  ibicuruzwa na Mashirahamwe y' Ubucuruzi nibindi....

Abari muri Agence Umuderi ico bishimiye hanini nuko Abakora  iki gikorwa bociyumvamwo bakumva  bishimiye no gukorera ibikorwa  vyabo mu Burundi no Mu Makungu.








Ngo Nubwo hari Abarundi batera Imbere muriki gikorwa bakaja kubikorera hanze y' Igihugu ngo "Bari bakwiye kuza baragaruka gukorera ibikorwa vyabo mu Burundi bigaha Inguvu bashasha bashaka kuja muriki gikorwa bagakura bafise n' Intumbera zabo zirashe".

Urwaruka Mu Burundi bose bakwiye guhaguruka Indoto zabo zishike kure



Agence Umuderi baherutse kwerekana igiteramo cabo ubwa mbere ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 17 Myandagaro 2018 kuri EGO Hotel Mu Gisagara ca Bujumbura bakaba bari bacise AF Event (Absolute Fashion Event)




Iki giteramo cari citabiriwe na benshi koko bivanye ni bikorwa bimaze kwerekanwa nabagize Umuderi Agency biciye ku Mafoto bakunze kwerekana kuri Page ya Facebook yabo, Amafoto yabo akundwa Na Benshi

Tugiye kubereka amwe Murayo Mafoto twashoboye kuronka, icibonekeje cane nuko hari abantu batandukanye, Abana, Abakuze, Abazwi i Bujumbura Mu kwerekana Imideri no Kwiyerekana, Abafotora benshi, Abamenyeshamukuru, Nabazwi cane nka Baririmvyi nabandi..



Natacha Ngendabanka nawe nyene niho yari na mwanya nawe nyene asanzwe yerekana imideri, hari inyuma yaho yaheruka mu Buruhuko Mu Gihugu c' Ubutaliyano, Akanyamuneza kari kamwuzuye

@Photo by Authentic Pictures
Michou Miracle Akorera Buja FM niho yari.











Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]