ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Saidi Walcott akinira Flambeau Du Centre y'i Gitega abandanya kwigarurira Imitima ya Benshi harimwo Abigeme bitewe nuko yambara Bidasanzwe

by Hervé Girimana 25 August. 2018 @icapaltd 310 Views


36847732_2580363508855866_6718170664534016000_n.jpg
ADVERTISEMENT


Saidi Walcott umukinyi akiri muto umusatirizi muri Ekipe yiwe Flambeau du Centre Mubisanzwe ari Messager Fc y'i Gitega, bitewe nuko yambara akaberwa nivyo bituma umusi kuyundi abandanya kugira Abafana Benshi harimwo cane Abana ba Bigeme

Saidi Walcott mubisanzwe Izina Ryiwe ry' ukuri yitwa Saidi Bigirimana, Aba muri Quartier Nyamugari benshi bita Mu Giswahili i Gitega, gukina Umupira wa maguru abimazemwo igihe kitari gito mbere ibikorwa vyiwe biteye imbere cane aho nubu abandanya akinira Ekipe Flambeau Du Centre ariyo Messager Fc y'i Gitega

Ni Umusatirizi muri Ekipe bamwe bakinira imbere barondera ibitsindo cane kwi gori

Uyu Musore Avuka i Gitega akiri na Muto Cane akiri no ku ntebe y' ishure mu mashuri yisumbuye, bitewe n'ubwiza bwiwe abandanya yigarurira Imitima yabamukunda bivanye nuko yitwara mu kibuga abenshi bakunda kuvuga ko agira na mafyeri cane iyo afise umupira mu Kibuga.

Uretse kuba akinira neza Ekipe yiwe neza mu buzima busanzwe ni Umusore yubatswe n' Ubwiza budasanzwe kimwe mu bikunda kuba bihurumbirwa na Bigeme, Saidi Walcott n' Umwe mu Bakinyi bakinira i Gitega agizwe no kwambara neza impuzu ni birato, isaha, nibindi vyiza kandi bizimvye


Saidi Walcott abandanya agwiza abafana benshi muri Ekipe yiwe Flambeau Du Centre Mu Gihe bari mw' Ihiganwa ry' Umupira wa Maguru rizwi mu Burundi rya Primus League mu Cicaro ca Mbere



Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]