ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Justin Bieber inyuma yo kwambika impeta Umukunzi wiwe yaguze inzu y' imiliyoni 5 z' Ama Dollar$

by Hervé Girimana 25 August. 2018 @icapaltd 66 Views


4F56133000000578-6091733-Cozy_spot_It_s_not_clear_whether_the_pop_icon_plans_to_make_his_-a-5_1535049711327.jpg
ADVERTISEMENT


Justin Bieber ni Umuririmvyi akiri muto abandanya guhaguruka, afise imyaka 23 akaba ari mu Rukundo kino Gihe n' Umu Nyamideri yitwa Hailey Baldwin bakaba bategura kubana nk' Umugabo n' Umugore mu mwaka uza inyuma yaho yaheruka kumwambika impeta yerekana Urukundo bafitaniye hagati yabo


Inyuma yo kwambikana Impeta Justin Bieber avuka muri Canada yahaguze Inzu idasanzwe mu gace ka Welington mu Ntara ya Ontario mu gihugu ca Canada igihugu ciwe c' Amavukiro

Iyi nzu yaguze igizwe n' Ubwaguke budasanzwe aho ufashe akanya uyizunguruke na maguru vyo gutwara gutera intambuko 9,000 bitewe nuko ihagaze ku kibanza kingana 101 Ares, Iyi nzu ikaba yaguzwe Imiliyoni 5 z' Amadorare. Ikaba igizwe n' ivyumba bine, aho kogera ibabanza 6, ibibanza vyo kuganiriramwo 2, Ivyumba vyo gukoreramwo Siporo no gufatiramwo Ubushuhe


Iyi Nzu ihagaze ku kibanza kingana 101 Ares ibidasanzwe nuko ifise ni bibanza vyagenewe gutwariramwo indogobwa (Cheval), yegeranye cane n'Ikiyaga hafi citwa Puslinch, mu gihe abazohora baja ku mutemberera bazoza baraja kuhatemberera kuri co kiyaga vyoroshe


Hano ku Rubuga gwacu twabatororokanirije ifoto zitari zike zerekana ubwiza bw' iyi nzu yaguzwe Imiliyoni 5 z' Amadorare ya kurikirane aho hepfo.



Izo ni zimwe mu ndogobwa azoza arakoresha mu kuzunguruka no kwishimisha kuri buno butaka yaguze.


Ibi ni bimwe mu bibanza bigize ubwiza bw' ino nzu ya Justin Bieber yaguze kino gihe.










Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]