ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Big Fizzo ibintu iwe ni sawa inyuma yaho yahora mu Gihugu ca Italie.

by Hervé Girimana 25 December. 2018 @icapaltd 329 Views


48918867_362578701186015_8990419259897151488_n.jpg
ADVERTISEMENT


Ari n' Ivyishimo bidasanzwe ku Maso Umuririmvyi Mugani Desire Alias Big FIzzo ku muhingamo w'ejo igenekerezo rya 24 Kigarama 2018 niho yagaruka i Bujumbura avuye mu Gihugu ca Italie aho yaramaze imisi itari mike.
Agishika kuri Aeroport International De Bujumbura yakiriwe n'Abamenyeshamakuru abo Basanzwe bakorana ibikorwa muri Bantu Bwoy (Kirikou, Double Jay, Endo Mike, Raissa nabandi...)
Big FIzzo agarutse i Bujumbura inyuma yaho aherutse guterwa iteka mu kuronka Ikibondo gishasha bavyaranye na Kimana Stein, Umwana bakaba bamwise Akazina -Mugani Victorine Eden (Umukobwa).
Inyuma yo kwakirwa ku kibuga c' Indege yaciye abandaniriza ku nsamirizi Buja FM mu Kiganiro Hit Connection, mugihe yitezwe kuruyu musi kuri Jardin Public Mu Gisagara ca Bujumbura Aho aza guteramisha Abakunzi b' Umuziki ari kumwe na Bagenzi we basangiye umwuga.

Aha Hari igihe ashika i Bujumbura ku kibuga c' Indege aramukanya na Kirikou Akili.








Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]