ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Barack Obama itariki 19 Kigarama yaragendeye Abana barwariye mu Bitaro children's National hospital abashiriye udukemanyi dutandukanye.

by Hervé Girimana 25 December. 2018 @icapaltd 246 Views


capture-d-e-cran-2018-12-20-a-8-45-44-am-1545314872.png
ADVERTISEMENT


Barack Obama ni rimwe mu mazina azwi cane kw' isi bivanye nuko nyene ir' izina tuvuga yigeze kuba Perezida wa Amerika imbere yuko Trump Agitwara kino gihe ahaja, Barack Obama ni Umwe mu bayoboye iki gihugu afise Amaraso ku bany' Afrika ibitakunze ku kuboneka ku bagiye batwara Intwaro ya Leta Zunze Ubumwe za Amerika.

Obama n' Umwe mu bantu bicishije bugufi cane utokwibazako yigeze kuba yarahawe Amabanga yo kuba Perezida, I Santa mu Burengazuba muri Amerika abantu benshi isinzi baratangajwe no kumubona ahetse agafuko ku mugongo agendagenda mw' Ibarabara ari wenyene yambaye ibimenyetso vyerekana Umusi mukuru wa Noheli, ivyo benshi bakunze gukoresha mu kunezereza Abana batoyi hegereje uyu musi mukuru.

Barack Obama ibi yabikoze nkuko Asanzwe abikora, inyuma yaho aviriye ku butegetsi ibikorwa vyiwe yaciye abibandaniriza muri Obama Foundation -Aho ibikorwa vyabo ahanini ari gushigikira abantu bari mungorane, mu kubaremesha nibindi...

Iyo tariki 19 kigarama 2018 rero Obama yariko agenda agana aharwariye abana bakiri bato agiye kubaremesha no kubahumuriza ko bazokira abaha n' Udukemanyi dutandukanye mu kubifuriza Noheli nziza.



Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]