ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Rodrigue Molly The Baddest yatumenyeshejeko ata mukunzi afise, ubu afatiriwe n'Umuziki.

by Hervé Girimana 25 December. 2018 @icapaltd 195 Views


49263828_236915277205946_2471919606319546368_n.jpg
ADVERTISEMENT


Mu Kiganiro yagiraniye n' Abamenyeshamakuru bacu Molly The Baddest yifuriza abantu Umusi mukuru wa Noheli Atubwira na vyinshi ku dukemanyi twa Swagg Team Umurwi asanzwe akoreramwo ibikorwa vyiwe mu Muziki, Nahimana Rodrigue Molly yatubwiye ko atagira umukobwa bakundana kino gihe naho kuri facebook twabonye ifoto arikumwe n' umukobwa. 

Ica Mbere Molly The Baddest yifurije umusi mukuru mwiza Abo bakorana ibikorwa muri Swagg Team, Yifurije Kandi Umusi mukuru mwiza Mama wiwe, Batoyi biwe na ba Fans b' Umuziki wabo muri Swagg Team.

Twamubajije kubijanye n' ifoto yabonetse iwe kuri facebook arikumwe n' Umwana w' Umwigeme yujuje ubwiza ko yoba ari Umukunzi wiwe yabihakanye, Yatubwiye ko ubu wewe kino gihe atari mu Rukundo ahubwo ari busy cane no guhiga agafaranga mu Muziki bakora.

Swagg Team ngo igiye kuzanana umuvuduko udasanzwe ataguhagarika inyuma yaho bashize ahabona akaririmbo bise Chica De Casa kamaze indwi 2 kuri Youtube na ma views 1.5



Kwamamaza





ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]