ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Cindy Sanyu Umuririmvyikazi wo mu Gihugu ca Uganda afise amabanga adasanzwe akoresha mu guhuza ibitsina.

by Hervé Girimana 25 December. 2018 @icapaltd 496 Views


howwebiz_0ad509077416dca793d77871ca7bf604_1456918255_cover.jpg
ADVERTISEMENT


Cinderella Sanyu ni Umuririmvyikazi wo mu Gihugu ca Uganda, ibikorwa vyiwe  vyatanguye kumvikana mu 2009 kuduga, ni Umuririmvyikazi akomeye muriki gihugu ca Uganda maze ibikorwa akora birumvikana cane muraka Karere ka EAC (Afrika Y' Ubuseruko), Bivanye rimwe na rimwe n' ukuntu yitwara aho adakunze guhisha ibice vy' umubiri wiwe, uyu muririmvyikazi Cindy Sanyu vyatumye aja mu Baririmvyikazi bipfuzwa na Benshi ku gitsina gabo.

Kuri Instagram afise abantu bashika ibihumbi 324k bamukurikirana, Cindy Sanyu mu kiganiro aherutse gushikiriza kuri Galaxy FM yamenyeshejeko kuva yakarangura Amabanga mpuza bitsina ko Ata na Rimwe arakoresha agakingirizo, mubisanzwe ngo ntanako akunda. 

" Tugerageje kuvuga amwe mu majambo yavuze, Yavuze ko: Mubisanzwe iyo ari muriki gikorwa kandi yumva acishimiye kandi n' uwo bari kugikorana yumva amukunze ata mpamvu n' imwe iwe yo gukoresha Agakingirizo, ni Umubiri k' uyundi "

Yamara wewe ngo naho abikora uko ngo ntawundi muntu avyipfuriza kubikurikiza mu gihe biba birimwo n' ingaruka mbi zitandukanye nko gutwara inda utipfuje, kuhanduriramwo ingwara zitandukanye harimwo n' ikiza ruhonyanganda Sida.

Cindy yarakoreye m' umurwi wakora umuziki witwa Blue 3 warimwo abaririmvyikazi nka Jackie Chandiru, Lilian Mbabazi..



Iyo yishikiye kuri Stage impuzu zose arata amaso y' abagabo benshi agahera mu kirere, irabire nawe amafoto.









Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]