ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Stikk yahoze akorana ibikorwa na Bagenzi we Muri Overdo yaraye yogejwe mu Mazi menshi yikiza ivyaha.

by Hervé Girimana 26 December. 2018 @icapaltd 276 Views


49209841_1419548444847646_2062858374063587328_n.jpg
ADVERTISEMENT


Mu Mwaka wi 2011 uyu musore akiri muto cane niho yatanguye kumvikana mu ndirimbo za Hip Hop ari kumwe na bagenzi we mu murwi uzwi cane nka Overdo kubera Hip Hop yabo yuzuye amajambo aryoha kumviriza mu gutwi, uyu musore muri Overdo yarakunzwe cane bivanye n' Ubuhinga yandikamwo amajambo yaririmba.

Yagiye araduza ijwi ryiwe rishika kure muruyu murwi Bituma amenywa na benshi, Radio Bonesha FM niyo yafashije cane aba basore gushika kure Hip Hop isubira gukundwa n' Abatari bake mu Burundi.

Mu Misi iheze niho vyumvikanye cane ko uyu musore ivyo gukorera Muri Overdo yabihagaritse yumva muri we afise uyundi muhamagaro udasanzwe agiye kujamwo, Abantu batari bake vyarabagoye cane gutahura ko yoba arivyo koko. imisi mikeyi iheze niho kuri facebook yashira ifoto yikujeko umushatsi ku mutwe arimosha uko atahora abikora biza kwemeza ko Ibiriko biravugwa ko yakiriye agakiza arivyo atakibandanya akorera mu vy' isi nkuko bamwe na bamwe bakunda kubivuga ko Umuntu yiyegereje mu bikorwa vy' IMANA.

Stikk yagiye yemeza ko asezereye gusubira kuja mu vyo gukora Umuziki muri Orverdo kandi ko atagwanko afitiye bagenzi we mbere ko azobandanya akorana nabo vya hafi mur' utu na turiya, yagiye abivuga uko vyagenze gushika aho yumva ahamagariwe guhinduka mu Buzima arimwo mu Biganiro ku Ma Radio, Television no hirya no hino

Ubu rero nkuko tubibona ku Mafoto Stikk El Negro yabatijwe mu mazi Menshi, reka natwe tumwpfurize kubandanya aroranigwa mu Bana IMANA yatoranije kuyikurikira.





Kwamamaza





ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]