ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Bobi Wine ntiyoroherejwe mu gitondo co kuruyu musi wa Gatatu aho vyari bitegekanijwe ko akora igiteramo i One Love Beach i Busabala

by Hervé Girimana 26 December. 2018 @icapaltd 75 Views


D8C52D4F-BE5C-4139-B341-41A81E3E9AB0_cx0_cy5_cw0_w1023_r1_s.jpg
ADVERTISEMENT


Yakunzwe cane kw' izina rya Bobi WINE, Mubisanzwe amazina yiwe y' ukuri yitwa Robert Kyagulanyi Ssentamu. Kino gihe akaba ari umu Depite mu nama nshingameteka Ya Uganda.

Nkuko twabivuze mu ntanga marara y' ino nkuru, Mu Gihugu ca Uganda Hazindutse uruhagarara kur' uyu wa Gatatu igenekerezo rya 26 Kigarama aho uy' umuririmvyi vyari bitegekanijwe ko akora igiteramo yise (Boxing Day), ntivyamubereye vyiza kuko yisanze akikijwe n' Abapolisi benshi ni miduga yagenewe gukoreshwa n' igipolisi, ikimenyetso cerekana ko bari baje biteguriye kwivuna uwari we wese yari kubaca muryahumye.

Umuvugizi w' Igipolisi -Kaima akaba yamenyeshejeko ko Bobi Wine atari yujuje ibisabwa ko iki giteramo kiba, Nta burenganzira yarafise mu gukora iki giteramo kandi nta n' Umutekano yari yasavye ngo baze gucungera iki gikorwa ciwe. igipolisi rero cazindukiye aho hari hategekanijwe kubera ico Giteramo Abafana ba Bobi Wine bagerageza Guhangana n' Igipolisi mbere baza no kubasukamwo vya vyotsi bikoroza Amasozi kugirango bigire kure.

Hari ivyagiye bivugwa cane ko abari bahawe akazi ko gucuruza amatike no gutangira Abinjira ko batawe muri Yompi, iki Giteramo ciwe rero casibijwe imyiteguro yose yari yategekanijwe irahagarikwa, ivyari vyamanitswe ahabera igiteramo biramanurwa n' Uruvyiniro (Stage) rwari yategekanijwe rurakurwa. ivyo bikaba bibaye inyuma yo guhagarikwa mu bindi bitaramo nka vyose uyu muririmvyi yagiye arategura mubice bitandukanye murico gihugu harimwo nicari kuba ejo k' Umusi wa Noheli Ahitwa Ggaba Beach habura Amasaha make cane mbere ahagarikwa ata mvo nimwe yerekana kudakora ico giteramo.


Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]