ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Nour Vuitton yatubwiye ibitari bike kuri Fashion Industry yo mu Burundi aho bigeze kino gihe.

by Hervé Girimana 29 December. 2018 @icapaltd 158 Views


30698533_1450288021747562_9097605954089779200_n.jpg
ADVERTISEMENT


Nour Vuitton ni Izina ryagiye rimenyekana cane Kuri facebook bivanye nuko uyu Musore arikoresha ari Umunyamideri, Yakunze gusatiriza (Acount) facebook yiwe N' Amafoto menshi umusi kuyundi bituma aza kugira aba kurikira facebook yiwe ku bwinshi. Ni Umusore akiri Muto, yavukiye mu Ntara ya Gitega, niho Akirangiza amashure yisumbuye mu Gisagara ca Bujumbura Aho Abarizwa kino gihe mbere ahakorera n' Ibikorwa bitandukanye harimwo nivyo kumurika Imideri.

Nour Vuitton ni umwe mubatanguje Fashion Industry Mu ntara ya Gitega kuva 2015, kuva ico Gihe Batanguje -Inyambo Agency imwe mu mirwi yakoze birashimwa i Gitega naho ibikorwa bisa nibisinziriye kino gihe muri Fashion industry muriyi ntara. Mu kiganiro twashoboye kugiranira nawe twaramubajije muri Rusangi aho Fashion Industry yo mu Burundi igeze kino gihe? Yatwishuye Ati "Mu Burundi Fashion Industry Aho igeze kino Gihe bimeze neza, I Gitega naho nivyo narahakoreye ndanabitangurirayo ntahavuzeko vyinshi abantu baho barabitahura ariko ntibabikunda, ahandi ho ni sawa aho ndi kino gihe mbona ari sawa muyandi ma Agence kandi barashigikirana, I Gitega ni Babandanye Abariko barakora kandi ntibacike intege bavyumve kandi banabitahure ivyo barimwo"

Tworangiza Tubamenyesha ko uyu musore yigaruriwe n' imitima ya benshi ku gitsina gore bivanye n' ubwiza bwiwe, uko yambara, nibindi...





Kwamamaza




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]