ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Adrienne Nahimana bamushiriye agakemanyi mu kumwifuriza Umwaka Mushasha Abari muri fondation Fo-Fe.

by Hervé Girimana 1 January. 2019 @icapaltd 392 Views


49161975_317686539087916_7942240316738764800_n.jpg
ADVERTISEMENT


Adrienne Nahimana ni imvukira y' intara ya Gitega muri Commune ya Giheta, Uyu mupfasoni mubisanzwe yamenyekanye biciye mu Gikino -Ninde gica kuri Radiyo Na Televisiyo y' igihugu c' Uburundi (RTNB). Nkuko bimaze igihe bivurwa, uyu mupfasoni inyuma yaho akorewe ibipimo ku bitaro vyo mu -Kibimba muri Commune ya Giheta bagasaga arwaye indwara ya Diabeti, inyuma yo kumva iyo nkuru kuri benshi baciye bihutira kuraba ico bofasha kur' uyu mupfasoni yamenyekanye murico gikino Ninde bivanye n' ingene yagiye abiryosha harimwo n' ubutumwa bwigisha bagiye batanga murico Gikino gikundwa na Maso y' abatari bake.

Fo-Fe nimwe mu ma fondasiyo (Fondation) amaze igihe gito akorera mu Gihugu c' Uburundi, imbere yuko umwaka wi 2018 uhera hari vyinshi bagiye bafasha kur' uyu mupfasoni mu ntumbero yabo basanganywe yo kugarukira ku bantu bafise ico bamariye igihugu c' Uburundi, bitandukanye ni vyakunzwe kuboneka mu mwaka iheze aho wasanga abantu bafise ivyo bagiye bakora bifise inyungu ikomeye ku gihugu batitabwaho canke bakibukwa gufashwa bamaze gusezera iy' isi. Mu misi mikeyi cane yari haheze batunganije igiteramo bitiriye ic' Urukundo mu Ntara ya Gitega mu ntumbero yo Kwegeranya uburyo bwo gusahiriza uyu mupfasoni Yahuye n' akaga k' indwara ya Diabeti mbere n' Umuvyeyi w' Umuririmvyi Canco Amissi akaba yari yashizwe k' urutonde gwabakwiye gusahirizwa n' uburyo buva murico giteramo, itariki 1 Nzero 2019 itarinjirana nahone bongeye kujana Akajumpu (Agakemanyi) m' urugo gwa Adrienne Nahimana muri Commune Giheta mu kumwifuriza Umwaka Mushasha.


Fondasiyo Fo-Fe biyemeje kwitanga uko bishoboka kose kugira ngo babe hafi cane y' uno mupfasoni Umusi kuyundi mbere bikwiye kubera Akarorero benshi na Mashirahamwe mu gufasha kuri benshi mu Miryango yo Mu Burundi usanga ikenewe gufashwa.








Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]