ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Hari abavuga ko basambanijwe ku Nguvu na R Kelly mu Kubambura izo bambaye bigeretsweko no kubafata Amasanamu

by Hervé Girimana 5 January. 2019 @icapaltd 255 Views


r-kelly-2017-e1532359799974.jpg
ADVERTISEMENT


Hari Dokimanteri (Documentaire) iherutswe gushirwa ku Mugaragaro na Televisiyo Yitwa Life Time, iyo nayo bakaba bayise 'Surviving R. Kelly' bisigura: Kurokoka kwa R. Kelly. Ivyo bavuga muriyo Dokimanteri, Bavuga ko uyu Mugabo yagiye arafata ku nguvu Abakobwa batari bake kuva mu mwaka wi 2.000

Mu Masanamu yerekanywe harimwo abigeme 6 n' uwahora ari umugore w' uyu mugabo Yitwa 'Andrea Kelly" bavuga ko bakorerwa ivya mfura mbi bambuwe izo bambaye zose mu kubafata Amafoto na Masanamu bariko barasambanywa.

Andrea bigeze gusangira Urukundo, Yavuze ko yakunda kumutera ubwoba kenshi Amubwira ko ashobora kuzomwica.

Murabo bigeme 6 harimwo Abandika Indirimbo n' Abamuvyinira uyu muririmvyi R Kelly mu Biteramo nahandi.. bavuze ko yakunda kubambura impuzu bambaye mbere akabafata Amasanamu na Mafoto na Kamera (Camera).

Uwuvugira R. Kelly imbere ya Mategeko yamenyesheje ko aba bigeme bose bavuga ububeshi bagamije gucafuza izina ryiwe kandi bashobora no kwitura ubutungane mu gihe Life Time yobandanya yerekana izo Dokimanteri.

Dream Hampton ari we nyene gutunganya iyi Dokimanteri yamirira kure ivyo umwunganizi mu Mategeko wa R. Kelly avuga ahubwo atangazwa no kubona abandi bamenyekanye ataco barabivugako.

Mu mpera z' Umwaka wi 2018, R. Kelly yarashize ahabona Indirimbo yise 'I Admit' isigura ati: Ndavyemera. Muriyo ndirimbo yaririmvye yemera ko hari Abakobwa yahohoteye mbere ngo ntaranafatwa canke ngo ashirwe imbere ya Sentare.

Mu 2017, R. Kelly yagirizwa na bamwe mu bavyeyi b' Abana babo bataruzuza imyaka ya bantu bisumbuye, kuba abiyegereza akababesha ko agiye kubahindura ibihangange mu muziki canke mu gukina Ama filime.

Abo bavyeyi bavuze ko Abana babo bahinduwe mu nzu ya R. Kelly abo yisambaniriza uko yishakiye naho R. Kelly we yagiye arabihakana. 

Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]