ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Chris Brown yaraye asohotse ibohero inyuma yaho yariko aragirizwa gufata umukobwa ku nguvu

by Hervé Girimana 23 January. 2019 @icapaltd 316 Views


B9718328088Z.1_20190123081257_000+GUECR451G.1-0.jpg
ADVERTISEMENT


Ku Musi wa mbere igenekerezo rya 21 Nzero 2019, Umuririmvyi Chris Brown na Bagenzi we mu Gihugu c' u Bufaransa niho batabwa muri Yompi bagirizwa Gushurashuza umwana w' Umukobwa

Nkuko nyene kuvuga ibi Birego abivuga, ngo uyo mwana w' Umukobwa w' imyaka 24 ya mavuko yasambanijwe mw' ijoro ryo k' uwa 15 Nzero uyu mwaka wi 2019, Uko vyaje kugenda ngo uyo mwana w' umukobwa yahuriye na Chris Brown mu Kabare kitwa Crystal mu nyuma yaho baza kuja kuri Hoteli barikumwe n' abandi bagore n' abagabo batatu, haciye umwanya niho ngo yaje gusigara wenyene arikumwe na Chris Brown aramusambanya mbere ngo n' uwucunga umutekano wiwe n' uyundi barikumwe ngo baramuhohoteye bidasanzwe.

Raphael Chiche aserukira Chris Brown imbere y' amategeko yabwiye ikimenyeshamakuru TMZ ko Umukiriya wiwe yarekuwe yidegemvya ariko ko bitagiye guherera aho kuko nabo bagiye kwitara imbere ya Sentare kuruyo mwana w' umukobwa asa n' uwariko arabata mu kaga



Raphael Chiche yavuze Ati " Ubu Chris Brown yarekuwe nta kirego cerekanywe muri Sentare, Ivyo yariko aragirizwa vyose nubusa gusa ntakimwagira, ahubwo natwe aho bukera buca tujana ikirego muri Sentare kuko turarenganirizwa muri Sentare y' aha i Paris mu Bufaransa"

Chris Brown nawene akirekurwa yanditse amajambo yiwe kuri Instagram avuga ko ivyo yariko aragirizwa atakuri birimwo ari binyoma gusa 


Ati " Nshaka ndabisigure neza, si ni kinyoma gusa ndabesherwa, ahubwo ibi n' agasuzuguro kadasanzwe kuko bitandukanye n' imyitwarire yanje"

Kuva mu 2009 igihe yakubita umukinzi wiwe Rihanna bakundana, uyu muririmvyi yagiye aratabwa muri yompi cane, mu 2014 mu kwezi kwa Rusama niho bamucira imisi 131 yategerezwa kumara ari mw' ibohero aho yaje kurekurwa amaze imisi 109 gusa anasubizwayo mu nyuma yaho azira kutubahiriza ibihano yahawe kuba yarakubise Rihanna.

Mu 2016 nahone yaje gutabwa muri yompi azira gutunga ikigwanisho aho yarekuwe atanze amafaranga ibihumbi $250.

Kwamamaza





ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: [email protected]