ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Twibukanye Ivyaranze Inama ya mbere ya ba Buramatari bose n' Umukuru W' igihugu

by Hervé Girimana 16 July. 2020 @icapaltd 302 Views


109474233_2902548679867585_6161457642218461285_o.jpg
ADVERTISEMENT


Mu Nama ya Mbere Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye umukuru w' igihugu Mushasha w' Uburundi yagiraniye na ba Buramatari aherutse gushira mu ma banga yo kurongora intara zose 18, iyo nama ikaba yabereye mu kirimba C' umukuru w' igihugu i Gitega ejo ku wa gatatu itariki 15 Mukakaro.

Intumbero y' iyo nama akaba yari umwidondoro wa bose no kwibutsanya uruhara bafise mu gushira mu bikorwa imigambi y' igihugu no kubandanya batsimbataza no gukomeza amahoro n' umutekano mu nyabune zigize igihugu c' Uburundi.

nkuko vyashikirijwe n' Umuvugizi w' Umukuru w' Igihugu Jean Claude Karegwa, mur' iyo nama bakaba baraganiriye n' ibintu 7 bigiye gukorwa.

ivyo 7 baganiriye akaba ar' ibi bikurikira:

1. Gutuza burundu ikiza #COVID-19 akabasaba kwita ku rutare kugira ngo mu mezi 3 ari mbere ntihabe hakivugwa ico kiza biciye mw' isekeza "Ndakira Sinandura kandi Sinandukiza"

2. Kuronsa akazi urwaruka rwahejeje amashure n' ukumenya igitigiri cabo kugira baronswe akazi abo bidakunze nabo baronswe inyigisho kugira bashobore kwitunganiriza imigambi.

3. Gukura abarundi bahungiye mu Gihugu hagati biciye mu Biganiro bazogirana na ba Buramatari mu kubegera bakaganira.

4. Kugwanya ibiturire n' isesagura ry' itunga rya Leta mbere no gushiraho udusandugu tuzoja mu ma Komine abenegihugu bazoshiramwo ivyo babona bitagenda neza.

5. Kwijukira Uburimyi n' Ubworozi mu Kurima mu Myonga n' ukugwiza uturima tw' igikoni.

6. Gukingira umwimbu mu Kwirinda ku wusesagura mu kuwushora mu Bihugu duhana imbibe.

7. Kubaka amashure mu gihugu cose.



Inyuma y' ico gikobwa bakaba baciye baronswa Imodoka nshasha bose zizobunganira mu kwiyunguruza, Umushikiranganji w' Intwaro yo hagati mu gihugu akaba yaciye abasaba ku zi bungabunga nkuko n' Umukuru w' igihugu ubwiwe yabibasavye

Muriyo nama N' Umukuru w' igisagara ca Bujumbura akaba ariho yari yibereye, nawe akaba yararonkejwe Imodoka


Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: info@icapaltd.com