ads

ads

@icapaltd, Paparazzi are independent photographers who take pictures of high-profile people, such as athletes, entertainers, politicians, and other celebrities, typically while subjects go about their usual life routines. Paparazzi tend to make a living by selling their photographs to media outlets focusing on tabloid journalism and ...

Yaciye ahamagarira abo basangiye ikivi kuja mu bikorwa inyuma yo gusubira gutorwa nka Buramatari w' Intara ya Gitega

by Hervé Girimana 16 July. 2020 @icapaltd 181 Views


110284208_2904457553010031_2355461229679110697_o.jpg
ADVERTISEMENT


Igenekerezo rya 15 uku kwezi turimwo, Buramatari w'Intara ya Gitega Venant Manirambona, Mu Biro iwe yaratunganije Inama ya mbere imuhuza nabo bakorana mu biro vy' Intara ya Gitega.

Intumbero y' iyo nama akaba yari kurabira hamwe ivyakozwe nabo muri Manda iheze mbere agirako abashikiriza intumbero nshasha bagiye gukoreko mu migambi y' Igihugu.

Buramatari w' Intara ya Gitega akaba ashima ivyakozwe nabo basangiye imirimo, akabahamagarira kugwiza ishaka mbere bakabandanya kwakira neza ababitura, gukurikiza neza ibiranga akazi bajejwe, no kubandanya bakumira ikiza 
Coronavirus.





Kwamamaza






ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments


VIDEO











FACEBOOK


Our main page @icapaltd.rw loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS
ads
ads

Kwamamaza




Contact

Join Us

Links

ABAHANZI

Remember to JOIN us!




AUDIOS

Remember to send your audios!


Paris
La La
by Jay Polly
Paris
Feel Love
by Sat B


VIDEOS

Remember to send your videos!


Feel Love
by Sat B
So SO
by Martin


×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

ICAPA LTD
Phone: +257-BURUNDI
Email: info@icapaltd.com